BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Umurwi wa ONU ijejwe gukora amatohoza wavuze ko Israel ariko ikora ihonyabwoko muri Gaza mu guhohotera abana n'ibigirankana
Uwo murwi uvuga ko ufise ivyemezo bihagije bituma yemeza ko ivyo bikorwa "biri mu mugambi w'ibigirankana wo gusambura kazoza k'Abanyepalestina muri Gaza mu kwibasira abana babo".
Muhanga: Inkuru y'umugore wihebeye akazi ko gusudira
Nyuma y'imyaka igera kuri 30 akora aka kazi, Françoise Umuhoza avuga ko nta wundi mwuga wamurutira uyu wo guteranya ibyuma akoresheje umuriro.
Impanga z'abavandimwe zashyingiranywe n'izindi mpanga z'abavandimwe mu bukwe bwahurijwe hamwe muri Nigeria
Abo bavandimwe Taiwo na Kehinde Oguntoye baganiriye na BBC nyuma yo gushyingiranwa n'abakobwa b'impanga.
Uwahoze ari minisitiri w'Ubutabera muri Kenya yabujijwe kwinjira muri Uganda -ishyirahamwe ry'abanyamategeko
Martha Karua ni umunyamategeko wunganira Kizza Besigye , umunyapolitiki utavuga rumwe n'ubutegetsi muri Uganda, uri kuburanishwa ku byaha by'ubugambanyi.
Uko bimeze kuba mu bihugu bitekanye kurusha ibindi ku isi mu 2026
Muri rusange ibipimo by’amahoro byifashe nabi mu bihugu 99, ikaba ibaye imyaka 12 yikurikiranya y'igabanuka ry'umutekano ku isi.
Bujumbura: Isoko y'imbaho n'ibiti kw'i Jabe nayo yatewe n'umuriro utikiza ibitari bike
Ni umubabaro ntangere ku basanzwe bakorera muri iyo soko y'imbaho kw'i Jabe mu gisagara ca Bujumbura yaraye itewe n'umuriro igasha igice cayo kinini.
Ibihugu vya Afrika na Karayibe birasaba ibihugu vyakoze ubucakara gusaba imbabazi ku mugaragaro
Ico gihe, Abanyafrika bari hagati y'imiriyoni 12 na 15, barafashwe bajanwa gucuruzwa nk'ibiharage ku mugabane wa Amerika, bakoreshwa nk’abacakara kuva mu kinjana ca 15 gushika mu kinjana ca 19.
Irani ivuga ko yasubiye kwugara Umuhora wa Hormuz mu gihe hitezwe ibiganiro mu Buswisi hagati ya Tehran na Amerika
Irani ivuga ko yugaye Umuhora wa Hormuz mu kwihora ibitero vya Israel muri Libani, ariko Amerika ivuga ko uruja n’uruza rubandanya.
Ingene imyimenyerezo yo guterura ibiremereye ishobora kugufasha kuguma ufise amagara meza uko imyaka yiyongera
Uko imyimenyerezo yo guterura ibiremereye ishobora kugufasha kuguma ufise amagara meza n'inguvu uko imyaka igenda yiyongera
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Igikombe c'isi ca 2026: Ivyo ukeneye kumenya vyose kuri izi nkino
Reba ingene izi nkino zizoba, aho zizobera, amasaha, n'ingene yarangiye uzoja ubisanga ngaha nyene.
Menya igituma inzanyi ari igipimo ku magara y'abagabo, kandi dukwiye kwitwararika ibimenyetso kitwereka
Nk'uko biri mu bushakashatsi butari buke, kutabarukwa neza ni indwara ibangamiye abarenga inusu y'abagabo bose barenza imyaka 40. Ariko, ni bake cane bubahuka kubivugana n'abakunzi babo.
'Mwenewacu yanyegejwe mu mufuko w'umuceri' - bari impunzi none bariko basayangana mu gikombe c'isi
Antonio Rudiger wo mu Budagi, umuryango wiwe wahunze intambara muri Sierra Leone, yizeye ko abo bakinyi b’impunzi bari mu Gikombe c’Isi bashobora guhindura imbono ku baja kurondera ubuzima bushasha mu mahanga.
Keir Starmer yeguye ku mwanya wa Minisitiri w'intebe w'Ubwongereza n'umukuru w'ishyaka rya Labour
Starmer azakomeza kuba Minisitiri w'intebe kugeza ishyaka rya Labour ritoye umuyobozi mushya waryo.
Icyo Iran n'Amerika bakura mu masezerano n'impamvu impande zombi zishobora kugorwa no kuyubahiriza
Abasesenguzi ba BBC barasuzuma ibivugwa na Washington na Tehran ko byombi byageze ku ntsinzi muri aya masezerano yo kurangiza intambara.
Burundi: 'Ihonyabwoko' ryo mu 72 ntiryakozwe n'Abatutsi ryakozwe n'indongozi mbi – Ndayishimiye
Perezida w'Uburundi Evariste Ndayishimiye avuga ko "ihonyabwoko" ryakorewe Abahutu mu 1972, ritokwagirizwa Abatutsi kubera, ku bwiwe, ryateguwe ryongera rishirwa mu ngiro n'abategetsi b'ico gihe.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































