BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Le Parisien na Chez Ndayizamba inyuma y'amezi abiri: gusanura bigeze he?
Inyuma y'amezi abiri izo nyubakwa zadutsemwo umuriro ivyarimwo hafi vyose bigasha, Galerie Ndayizamba bavuga ko mu mezi abiri canke atatu ishobora kwongera gukora.
IKIBIRIRAHO, Trump yongeye gutera igitsure Ukraine ngo yumvikane n'Uburusiya
Trump avuga ko Ukraine ikwiye kwemera "gutorera umuti" iyo ntambara, kandi ko ibintu bishobora kuzoba nabi kuri ico gihugu mu gihe ata masezerano yoshikwako.
Kim Jong Un - Kubera iki ibihuha vy'urupfu rwiwe biguma bigaruka?
Ibinyamakuru vya reta ya Koreya ya Ruguru vyasohoye amafoto ya Kim Jong Un ari kumwe n’umukobwa wiwe, inyuma y'igihe gito hatanguye gukwiragira ku mbuga ngurukanabumenyi ibihuha bivuga ko yapfuye.
'Namenye ntevye ko umucance wanje Ndadaye bamugandaguye ... nabikiwe na musenyeri Bududira' - Laurence Ndadaye
Laurence Ndadaye yarokotse ubwicanyi bwahitanye umugabo wiwe mw'itembagazwa ry'ubutegets vyo ku wa 21 z'ukwezi kwa cumi mu 1993, ari kumwe n'abana biwe batatu. Melchior Ndadaye yari amaze imisi 102 gusa ku butegetsi.
Imyaka irenga 10 kwa muganga: Uko abarwayi bahindutse abaturage b'ibitaro bya Kabgayi
Mu bitaro bya Kabgayi, biherereye mu majyepfo y'u Rwanda, hari abarwayi bamazemo imyaka irenga 10, bakaba nta yandi mahitamo bafite uretse ayo gukomeza gutegereza.
Umurundi Berahino yakukurutse mu mupira w’amaguru ku myaka 33
Uwo yahoze ari umusatirizi mw’ihiganwa ry’Ubwongereza avuga ko agiye kwitwararika cane igikorwa co kumenyereza umurwi nserukiragihugu w’Uburundi.
Ubufaransa bwaraye bushizeho amategeko abuza gutembera mu masaha y’ijoro kubera imidugararo ikomeye
Ibisagara bitari bike vy’Ubufaransa vyaraye mu mategeko abuza abantu gutembera mu masaha y’ijoro mu gihe abategetsi b'Ubufaransa bariko bagerageza guhagarika imigumuko n'ugusahura birangwa mu gihugu kuva ku wa gatandatu.
Katya Adler: Leta y'Ubufaransa iri ku gitutu gikomeye nyuma y'impera y'icyumweru yaranzwe n'urugomo
Umwanditsi mukuru wa BBC ku Burayi, Katya Adler, avuga ko ubushyamirane bwo muri politike bwibasiye Ubufaransa nyuma y'imyigaragambyo yaranzwe n'imvururu ku bijyanye n'ikiguzi cy'imibereho no kuri serivisi za leta zifite ibibazo.
Menya uru runani rukorera mw'ibanga mu Burusiya rurwanya Putin
Abagabo babiri barigana ingene bakora mu gushigikira iperereza rya gisirikare rya Ukraine muri iki gihe c'intambara n'Uburusiya.
Abanya Ukraine bariko barapfa kubera Amerika yagabanije gusabikanya amakuru y'iperereza - Umujenama wa Zelensky
Serhii Beskrestnov avuga ko ata mwanya uhagije wabayeho wo kuburira abantu ku bitero vya misire. Ibiro vya Perezida wa Amerika vyemeza ko Amerika itigeze ihagarika gusangira amakuru y’iperereza na Ukraine.
'Nta mategeko': Uburyo bushya bwa Putin mu guhindura imijyi ya Ukraine idaturwa
Uburusiya bwongeye ibitero bya missile ndetse n' iby' indege zitagira aba pilote ku murwa mukuru wa Ukraine no ku yindi mijyi minini, bihitana ubuzima bw'abasivile, harimo amashuri, amavuriro, hoteri, ibigo bibika amakuru, gariyamoshi n'ibiraro.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Burundi – Rwanda: Imigenderanire y'ubucuruzi yoba yarabandanije n'ubwo imbibe zugaye?
Ikigo c'igihugu kijejwe kwegeranya ibiharuro mu Rwanda (NISR) giherutse gushira ahabona ibiharuro vyerekana ko mu Burundi habandanya kwinjira ibicuruzwa biva canke bihingurirwa mu Rwanda.
Macky Sall yahoze arongoye Sénégal yasokoye mw'ihiganwa ryo kurondera ubunyamabanga bwa ONU
Perezida w'Uburundi Evariste Ndayishimiye, asanzwe arongoye ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Afrika (UA) muri kino gihe, ni we yari yatanze izina rya Macky Sall muri ONU.
Kinshasa yabujije abakozi bo mu biro vy'umukuru w'igihugu kuvugana na Ambassade y'Ububirigi
Iyo ngingo yasohotse inyuma y'umusi umwe habaye ibikorwa vyo gusaka mu mihana y'abo mu muryango wa Perezida Tshisekedi, vyakozwe na parake mu Bubirigi.
Amajwi, Imvo n'imvano: Ivyananiye Prezida Kabila mu myaka 18 agiye kubishobora ari muri FRN?, Umwanya bimara 59,00
Prezida Joseph Kabila yashinze urunani FRN rufise intumbero yo gukura ku butegetsi prezida Felix Tshisekedi hakoreshejwe inguvu na politike.
Burundi: Amashure y'uburaro mu bibazo vyo kugaburira abanyeshure, mu gihe ibiciro biguma biduga
Mu mashure menshi y'uburaro mu Burundi, abahiga ni abayabaga. Mwene aba, baba bakeneye kugaburirwa imirwi y'imfungurwa ikwiye kugira bakomeze gukura neza.
'Ahandi babibona nko gutekereza kure' – Minisitiri Mukazayire ahakana ko u Rwanda ruzakoresha F1 mu koza isura
Mu kiganiro na BBC nyuma yuko u Rwanda rutangajwe ko ruzakira irushanwa rya Formula 1, Minisitiri wa siporo yavuze ko ababona ko ruzabikoresha mu koza isura bafite "imitekerereze ishaje".
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































