Uganda: Ubuhinga bwo kuri telefone bwakemuye ikibazo co kwuzura kw'imisarani

Insiguro ya video, Ubuhinga bwa telefone bufasha kuvidura imisarani
Yatangajwe

Umuji wa Kampala muri Uganda usanzwe ufise ikibazo gikomeye co kwuzura kw'imisarani, rimwe na rimwe bikanateza indwara.

Ariko ubuhinga bwo kuri telefone ngendanwa, bwarafashije mu gutuma abavidura iyo misarani banyaruka kubikora hatararengerana...