Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Uganda: Ubuhinga bwo kuri telefone bwakemuye ikibazo co kwuzura kw'imisarani
Yatangajwe
Umuji wa Kampala muri Uganda usanzwe ufise ikibazo gikomeye co kwuzura kw'imisarani, rimwe na rimwe bikanateza indwara.
Ariko ubuhinga bwo kuri telefone ngendanwa, bwarafashije mu gutuma abavidura iyo misarani banyaruka kubikora hatararengerana...