Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Buca ari Bonane mu mafoto: Isi yahimbaje umuzo wa 2023
- Umwanditsi, Na Jasmine Andersson & Chris Giles
- Igikorwa, BBC News
- Yatangajwe
Kwigana umwaka mushasha vyari 'ingo urabe' mu gusanganira 2023.
Izinga rya Kiribati muri Pacific ryabaye irya mbere mu gusanganira umwaka mushasha, rikurikirwa na Npuvelle Zelande haheze isaha imwe - hanyuma ibihumbi bateraniye Sydney kuraba igicaniro gisigaye ari rurangiranwa muri ico gisagara ca Australia.
Aya ni amwe mu mafoto meza meza hirya no hino kw'isi.