BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Amajwi, Imvo n'Imvano: BBC Gahuzamiryango yagiranye ikiganiro cihariye na Perezida w'Uburundi Évariste Ndayishimiye, Umwanya bimara 59,00
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Évariste Ndayishimiye yishuye ibibazo vyinshi abantu bibaza bivugwa mu Burundi, mu karere no ku mugabane wa Afrika.
Ukraine: Abategetsi bavuga ko ibitero by'Uburusiya kuri Kyiv byishe abantu nibura icyenda
Iki gitero kibaye mu gihe Uburusiya bwakajije umurego mu bitero bya misile zo mu bwoko bwa 'ballistic' byicirwamo abantu, bugaba ku murwa mukuru wa Ukraine.
FIFA yaretse guhanda yari yateje impaka y'ishoramari mu gikombe cy'isi
Impuzamashyirahamwe y'umupira w'amaguru ku isi (FIFA) yaretse gahunda yari ifite yo kugurisha imigabane yo mu marushanwa akomeye yayo, nyuma yuko uwo mushinga wa Perezida wayo Gianni Infantino wamaganwe henshi.
Ese umwana wawe ahora kuri telefone? Ntibiguhangayikishe – Dore uburyo butanu bwo kubihagarika
Inzobere mu burere bw'abana zigaragaza inama zafasha ababyeyi kugabanya igihe abana bamara kuri telefone.
Gaza: Hamas yemeye gusubiza ibirwanisho mu mugambi w’amahoro wa Trump, ariko Israel ntaco irabivugako
Inyuma y'amezi atari make y'ibiganiro, umuhari Hamas watangaje ko wemeye gusubiza burundu ibirwanisho vyose muri Gaza, mu mugambi w’amahoro wa Trump, uzwi nka Board of Peace (Inama y'Amahoro).
Ibisagara 10 vya mbere kw'isi biryoshe kubamwo mu 2026
Mu gutegura urwo rutonde, ikinyamakuru The Economist cisunga ibintu bitandukanye harimwo umutekano n'ituze, amagara y'abantu, imico n'akaranga, isuku, ikirere n'ibidukikije, indero, hamwe n'ibikorwa remezo bihari.
Kubera iki Amerika ishigikiye ko ibihugu bimwe bimwe biva muri CPI?
CPI imaze igihe ihanganye n'ingorane y'ibihugu biguma biyivamwo. Ibi bituma yisanga mu bihe bigoye na cane cane muri iki gihe iriko irondera Umushikirizamanza mukuru mushasha, inyuma y'uko Karim Khan abogojwe.
Kugurisha imitahe y'Igikombe c'Isi ku bikorera utwabo: Gianni Infantino yarengeje urugero?
BBC Sport irasesangura igituma umukuru wa FIFA, Gianni Infantino, yiyumva afise ububasha buhagije bwo kugurisha imitahe mu Gikombe c'Isi, hamwe n'ingaruka uwo mugambi ushobora kugira.
Abagore batandatu bafise ijambo ridasanzwe muri Afrika
Nk'uko ubushakashatsi bwakozwe n'ibigo vy'abahinga McKinsey na Lean In buvyerekana, 54% vy'amashirahamwe n'amasosiyete ubu ni vyo gusa bicitaho iterambere ry'umugore mu kazi mu kumuduza mu nzego z'ubuyobozi, ugereranije n'urugero rwa 90% mu myaka ine iheze.
Cameroun: Ibohero ririko riramenyekana cane kubera rifise inzu yaryo bwite itunganya umuziki
Abanyororo bo mw'ibohero rya New Bell babaye nk’ibihangange bito bito mu muziki, mu gihe umuziki wabo, amajwi n’amashusho babitunganiriza muri iryo bohero.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Kinshasa yemeza ko yumvikanye na FDLR ko abarwanyi bayo begeranirizwa hamwe, Kigali ivuga ko ari uruhendo
Mu gihe reta ya Congo ifata ko iyi ari intambwe mu gutorera umuti ikibazo ca FDLR imaze imyaka mirongo iteza ukutumvikana hagati y'Urwanda na RD Congo, reta ya Kigali yoyo ibona ko ari uruhendo.
Ibihugu 10 bifise urugero rwo kwahukana ruri hasi cane kw'isi
Urugero rw'ukwahukana kw'abubakanye kw'isi yose ubu ruri hagati ya 1,7 na 1,8. Ariko, hari ibihugu bimwe bifise ibitigiri biri hasi cane ugereranije n'urwo rugero. Ng’ibi ibihugu 10 ukwiye kumenya muri ivyo, hamwe n'imvo zibitera.
Ibintu bitanu ushobora gukora kugira ngo ukomeze kubungabunga ubuzima bwiza bw'umwijima wawe
Uyu munsi, tariki ya 28 Nyakanga(7), ni umunsi mpuzamahanga wahariwe kurwanya indwara ya Hepatite. Ni umunsi wo gukangurira abantu kumenya ingaruka z'iyo ndwara ishobora gutera cancer y'umwijima.
DR Congo: HRW ishinja kompanyi Perenco icukura ibikomoka kuri peteroli guteza ibyago bikomeye by'ihumanya
Kompanyi Perenco ivuga ko "ubushakashatsi ubwo ari bwo bwose bwigenga kandi bunonosoye bwabamo amaperereza akorewe aho bibera", ariko ko isanga atari ko byagenze muri iyi raporo.
Urukundo kuri internet: Abakenyezi bariko baraheba ivy'amarangamutima bakarondera abagabo b''agaciro kanini'
Umuhari uhamagarira abagore “kwuguruka amaso” ku bijanye n’imigenderanire y’urukundo hagati y’umugabo n’umugore. Ubigisha kandi kwikingira biciye mu mabwirizwa akomeye, kugenzura neza amarangamutima yabo no kutihanganira na gato amakosa.
Burundi: PAM igabisha ko ishobora kubura ivyo kurya iha impunzi zirenga 130,000
PAM ivuga ko ikeneye vyihuta amafaranga angana na miriyoni 35 z’ama dorari kugira ishobore kubandanya kugaburira impunzi gushika mu kwezi kw’icumi mu 2027.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































