Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
India: ibibera ‘mu manga y’urupfu’
India: urukino rwo ‘mu manga y’urupfu’
Yatangajwe
Muri India, iyo manga uko bayita, ifise 15m z’uburebure.
Habera urukino rw’abasiganwa bidasanzwe n’imodoka, n’ama pikipiki.
Ababimazemwo hafi imyaka 30, barabaye abahinga, banakuramwo agahembo.