Igitabo ca Prince Harry: Ibintu 6 bitavugwako rumwe

Insiguro ya video, Igitabo ca Prince Harry: Ibintu 6 bitavugwako rumwe
Yatangajwe

Prince Harry yanditse igitabo ku buzima bwiwe yise "Spare" aho yanamenye amwe mu mabanga y'umuryango w'ubwami bw'Ubwongereza.

Ibi ni ibintu bitandatu biri muri ico gitabo bitavugwako rumwe.