Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Bakhmut: Aho imirwano ikomeye cane hagati y'Uburusiya na Ukraine ibera
Yatangajwe
Umuji wa Bakhmut mu buseruko bwa Ukraine niwo uberamwo imirwano ikomeye kurusha iyindi kuva intambara hagati y'ico gihugu n'Uburusiya, yatangura.
Abanyamakuru ba BBC barashitse ku rwasiro.