Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Uburyo budasanzwe bwo gusengera umwaka mushasha mu Buyapani
Yatangajwe
Aba Bayapani basenga bari mu mazi akanye yashizwemwo urubura mu buryo bwo gusaba guhirwa mu mwaka mushasha.
Ubu buryo bwo gusenga buba buri ntango y'umwaka, bumaze imyaka 68.