Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Imvo n'imvano: Abanywanyi bavuga iki ku mutekano mu birombe vyimburwamwo amabuye y'agaciro
Imvo n'imvano y'uyu munsi iraha ijambo abanywanyi, baterera ivyuyumviro vyabo ku kibazo c'umutekano mu birombe vyimburwamwo amabuye y'agaciro.
Ni ikibaco abakurikiye imvo n'imvano yo ku munsi wa gatandatu uheze mwumvise, twabashikirije mu kwezi guheze inyuma yo kugendera ikirombe ca Kinazi mu karere ka Huye mu Rwanda, aho abantu bagera kuri batandatu bariyo bafuriwe n'ikimanga.
Bamwe baragarutse cane ku bwishingizi, abandi bakavuga ko abajejwe intwaro n'umutekano bakwiye gutanga amakuru ku bibera mu turere twabo.