Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ingene wokwirinda kuribwa n'ifi ruhashwa izwi nka shark canke requin
Yatangajwe
Uyu muhinga arerekana ingene wokiza ubuzima uhuye n'ifi amahanga izwi nka shark mu congereza canke requin mu gifaransa.
Mu bisanzwe iyi fi ngo izwi nabi na benshi ariko nta kibazo gihambaye iteye ku kiremwa muntu.