Umunezero n'ibigumbagumba vya Man City mu mafoto 14
Twabahitiyemwo amafoto 14 meza mu kwerekana ingene Manchester City yahimbaje intsinzi yayo mu rukino rwa nyuma rw'ihiganwa rya Bulaya rihuza imirwi yabaye iya mbere iwabo (Ligue des Champions/Champions League), aho umurwi wa Pep Guardiola waraye ubaye uwa kabiri mu Bwongereza ku ruhande rw'abagabo utsindiye ibikombe bitatu, ikizwi nka Tripler/Treble.
Ariko reka tubanze twibukanye igitsindo cahaye intsinzi Man City :

Ahavuye isanamu, Lars Baron
Amafoto akurikira ni ayerekana ingene ibintu vyabandanije inyuma y'ifirimbi ya nyuma:

Ahavuye isanamu, Getty Images

Ahavuye isanamu, Anadolu Agency

Ahavuye isanamu, FRANCK FIFE

Ahavuye isanamu, Anadolu Agency

Ahavuye isanamu, Alex Livesey - Danehouse

Ahavuye isanamu, Robbie Jay Barratt - AMA

Ahavuye isanamu, FRANCK FIFE

Ahavuye isanamu, Marc Atkins

Ahavuye isanamu, Getty Images

Ahavuye isanamu, PAUL ELLIS

Ahavuye isanamu, OZAN KOSE

Ahavuye isanamu, Getty Images

Ahavuye isanamu, Ian MacNicol






