Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umunezero n'ibigumbagumba vya Man City mu mafoto 14
Twabahitiyemwo amafoto 14 meza mu kwerekana ingene Manchester City yahimbaje intsinzi yayo mu rukino rwa nyuma rw'ihiganwa rya Bulaya rihuza imirwi yabaye iya mbere iwabo (Ligue des Champions/Champions League), aho umurwi wa Pep Guardiola waraye ubaye uwa kabiri mu Bwongereza ku ruhande rw'abagabo utsindiye ibikombe bitatu, ikizwi nka Tripler/Treble.
Ariko reka tubanze twibukanye igitsindo cahaye intsinzi Man City :
Amafoto akurikira ni ayerekana ingene ibintu vyabandanije inyuma y'ifirimbi ya nyuma: