Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ukraine-Russia: Ukraine iriko iratera intambwe ku rugamba iyiha icizere
Yatangajwe
Igisirikare ca Ukraine cemeza ko gihagaze neza ku rugamba mu ntumbero yo kwisubiza uturere cambuwe n'Uburusiya.
Ariko ayo makuru nta buryo bwigenga BBC ifise bwo kuyemeza mu gihe abanyamakuru batemerewe gushika ku rwasiro rw'urugamba.