Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
DRC: FNL ivuga ko ata barwani bayo 40 bishwe na FARDC na FDN
Inyeshyamba z'abarundi zo mu mutwe wa FNL ziri ku butaka bwa Congo ziyobowe na Aloys Nzabampena zirahakana ibyavuzwe mu makuru yacu y'ejo n'igisirikare cya Congo.
U Burundi ni kimwe mu bihugu biri mu muryango w'afurika y'uburasirazuba bimaze kohereza ingabo muri Congo mu rwego rwo kugarura amahoro mu burasirazuba bwa Congo.
Jacques Niyitegeka yavuganye n'umuvugizi w'inyeshyamba za FNL, Isidore Nibizi, uri muri kimwe mu bihugu by'Uburayi, yatangiye amusobanurira uko bo babona ibintu byagenze (Umva icyo kiganiro hejuru).