Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ukraine: Amezi atandatu y’intambara
Yatangajwe
Ibitero vya Russia vyatanguye mu gitondo c’uwa 24/02/2022. Putin yamenyesheje ko “atanguje ibikorwa bidasanzwe vya gisirikare” muri Ukraine. Zelensky wa Ukraine yavuze ko bikingira. Italiki 24/08 Ukraine yibuka ukwikukira, BBC igarutse kuri aya mezi 6 y’intambara.