Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Indamutso zidasanzwe muri Cameroon
Yatangajwe
Kuva umushikiranganji w'inkino wa Cameroon Pierre Ismael Bidoung Mpkatt yunamye cane ariko araramutsa prezida w'ico gihugu Paul Biya, izo foto zakwiye hose ku mbuga ngurukanabumenyi.
Abantu bo mu gihugu ca Cameroon baguma bigana izo foto mbere bakanazihindura.
Hari n'abandi bahinduye iyo ndamutso
Uyu na we yunamye gushika hasi
Uyu na we yemeye kumanuka gushika hasi
N'ibikoko vyagiyemwo
Iyi na yo wayibonye?
N'iyi mpene raba, ifotoyayo yashizwe kuri facebook.