Indamutso zidasanzwe muri Cameroon

Ahavuye isanamu, Twitter / @PaolaAudrey
Kuva umushikiranganji w'inkino wa Cameroon Pierre Ismael Bidoung Mpkatt yunamye cane ariko araramutsa prezida w'ico gihugu Paul Biya, izo foto zakwiye hose ku mbuga ngurukanabumenyi.
Abantu bo mu gihugu ca Cameroon baguma bigana izo foto mbere bakanazihindura.

Ahavuye isanamu, Twitter / @afrik2_radio
Hari n'abandi bahinduye iyo ndamutso

Ahavuye isanamu, Twitter / @CheyssonY
Uyu na we yunamye gushika hasi

Ahavuye isanamu, Twitter / @waldrigue
Uyu na we yemeye kumanuka gushika hasi

Ahavuye isanamu, Twitter / @zebstatou
N'ibikoko vyagiyemwo

Ahavuye isanamu, Twitter / @zebstatou
Iyi na yo wayibonye?

Ahavuye isanamu, Twitter / @Enn_Cee_Kay
N'iyi mpene raba, ifotoyayo yashizwe kuri facebook.

Ahavuye isanamu, Facebook / CulturEbene









