Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Mohamed Morsi, Perezida wa kera wa Misiri yatabarutse ari mu rukiko
Yatangajwe
Televiziyo ya leta ya Misiri imaze gutangaza ko Mohamed Morsi, wigeze kuba Perezida wa Misiri, yapfuye ari mu rukiko.
Yavuze ko Morsi wari ufite 67, yaguye mu rukiko aho yaburanaga ibirego by'ubutasi, ahita yitaba Imana.
Yatowe kuba Perezida mu mwaka wa 2012 ubwo yari umuyobozi w'ishyaka rya Muslim Brotherhood.
Yahiritswe n'igisirikare umwaka wakurikiyeho.
Mohamed Morsi yaregwagwa ibyaha binyuranye na leta iri ku butegetsi mu Misiri.