BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Ibintu bitanu ushobora gukora kugira ngo ukomeze kubungabunga ubuzima bwiza bw'umwijima wawe
Uyu munsi, tariki ya 28 Nyakanga(7), ni umunsi mpuzamahanga wahariwe kurwanya indwara ya Hepatite. Ni umunsi wo gukangurira abantu kumenya ingaruka z'iyo ndwara ishobora gutera cancer y'umwijima.
Trump avuga ko hari ibiganiro biriko biraba ku ntambara ya Iran muri iki gihe c’agahengwe, ariko Irani irabihakana
Perezida Donald Trump wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika avuga ko afise icizere ko iyo ntambara ishobora kurangira, ariko Irani yo ihakana ko ata biganiro vy’imbonankubone biriko biraba
Umuntu akora akazi kagoye cane kurusha ubundi kw'isi
Anatolii Doroshenko, akorera ikigo ca reta ya Ukraine kijejwe Umutekano w'inguvu za nikleyere(ISPNPP). Akorera mu vyumba vyo mukuzimu, biri mu mwijima, bikaba vyarahumanijwe n’isanganya ry’uguturika gukomeye ryabaye ku kigo c'inguvu za nikleyere ca Chernobyl muri Ndamukiza(4), 1986.
Zelensky yashitse muri Amerika mu gihe ata gahengwe mu ntambara y'amadrone hagati y'Uburusiya na Ukraine
Abategetsi b'Uburusiya na Ukraine batangaza ko mw'ijoro ryakeye baraye bararekuriranirako amadrone mu bitero vy'ubudasiba, Perezida Volodymyr Zelensky na we akaba yashitse muri Amerika kubonana na Trump.
Ingabo za Amerika zirenga 600 ziramaze gukomereka kuva intambara na Iran itanguye mu kwa kabiri
Nibura abasirikare 624 ba Reta Zunze Ubumwe za Amerika baramaze gukomereka kuva Perezida Donald Trump atanguje ibitero kuri Iran muri Ruhuhuma (2) uno mwaka, nk'uko biri mu cegeranyo ca vuba c'Ubushikiranganji bwo kwivuna abansi bwa Amerika (Pentagon).
Kenya yemeye kuba inzira u Rwanda runyuzamo toni 40,000 z'igitoro
Minisitiri w'ububanyi n'amahanga akaba n'a minisitiri ushinzwe ibikorwa bya leta muri Kenya Musalia Mudavadi, yavuze ko Guverinoma y'u Rwanda yemeje amasezerano n'u Rwanda yo kohereza toni zisaga 40,000 z'ibikomoka kuri peteroli zitumizwa mu mahanga zinyuze ku cyambu cya Mombasa n'ibindi bikorwa remezo bya Kenya.
Irani: Ntabwo tuvugana na Amerika muri iki gihe, tuzakomeza gusubiza ibitero niduterwa
Umuvugizi wa Minisiteri y'Ububanyi n'Amahanga ya Irani, Esmail Baghaei, yavuze ko nta biganiro bikomeje hagati ya Irani na Leta Zunze Ubumwe za Amerika.
DR Congo: HRW ishinja kompanyi Perenco icukura ibikomoka kuri peteroli guteza ibyago bikomeye by'ihumanya
Kompanyi Perenco ivuga ko "ubushakashatsi ubwo ari bwo bwose bwigenga kandi bunonosoye bwabamo amaperereza akorewe aho bibera", ariko ko isanga atari ko byagenze muri iyi raporo.
Urukundo kuri internet: Abakenyezi bariko baraheba ivy'amarangamutima bakarondera abagabo b''agaciro kanini'
Umuhari uhamagarira abagore “kwuguruka amaso” ku bijanye n’imigenderanire y’urukundo hagati y’umugabo n’umugore. Ubigisha kandi kwikingira biciye mu mabwirizwa akomeye, kugenzura neza amarangamutima yabo no kutihanganira na gato amakosa.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Burundi: PAM igabisha ko ishobora kubura ivyo kurya iha impunzi zirenga 130,000
PAM ivuga ko ikeneye vyihuta amafaranga angana na miriyoni 35 z’ama dorari kugira ishobore kubandanya kugaburira impunzi gushika mu kwezi kw’icumi mu 2027.
Tanzania: Umwarimu wa kaminuza wari watawe muri yombi kubera imyigaragambyo yo kwamagana leta yarezwe iterabwoba
Ni umwe mu bantu barenga 130 bafunzwe kubera imyigaragambyo yari iteganyijwe kuba muri uku kwezi yo gusaba ko hakorwa amavugurura agamije demokarasi.
Rwanda: Ibyo wamenya ku wari maneko wa CIA witezwe kuba Ambasaderi mushya w'Amerika
Perezida w’Amerika Donald Trump yashyikirije sena izina rya Nicholas Checker ku wa kabiri amusabira kwemezwa nk’uwo yifuza ko yaba ambasaderi mushya mu Rwanda.
Trump avuga ko Arabie Saoudite igomba kwemera Israel kugira ngo amasezerano ya nikleyeri ashyirwe mu bikorwa
Perezida w'Amerika avuga ko ayo masezerano yanditse amateka agamije gufasha Arabie Saoudite gukora ingufu za nikleyeri azashyirwa mu ngiro ari uko yinjiye mu masezerano ya 'Abraham Accords'.
Ni bande bazokwitaba ibiganiro vy'imbere mu gihugu muri RD Congo?
Umukuru wa Repuburika ya Demokarasi ya Kongo (RDC), Félix Tshisekedi, aherutse gutangaza ko yemeye gutunganya ibiganiro "bitavangura", vyo ku rwego rw'igihugu, bigamije gutorera inyishu ingorane za politike n'intambara bihanze iki gihugu.
Igituma Iran iriko yishira mu kaga kubera umuhora wa Hormuz
Nta na rimwe mu mahitamwo ari imbere y'abategetsi ba Iran ritanga inzira itomoye yobashikana ku ntsinzi yuzuye, mu gihe intambara hagati y’ico gihugu na Amerika ibandanya. Yamara, na Perezida Donald Trump ari imbere y’amahitamwo atoroshe.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































