BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Se wa Lionel Messi, Jorge Messi, yapfuye ku myaka 68 inyuma y'indwara y'igihe kirekire
Jorge Messi, se w'umukinyi Lionel Messi, yasandavye mu masaha ya kare yo kuri uno wa gatandatu afise imyaka 68, aho yari ari kuvurirwa mw'ivuriro ryo mu gisagara ca Rosario muri Argentine inyuma y'igihe kirekire arwaye.
Menya ibi bitero bidasanzwe vya Amerika vyahitanye canke vyafashe Osama, Saddam na Gaddafi?
Amerika imaze imyaka itari mike irongoye ibikorwa bigamije gufata canke kwica abarongoye imirwi y'iterabwoba canke abahoze ari abakuru b'ibihugu bagirizwa ivyaha bitandukanye.
Amajwi, Imvo n'Imvano n'umunyepolitike atavuga rumwe na reta y'Uburundi, Agathon Rwasa, Umwanya bimara 59,00
Muri iki kiganiro, umunyepolitike atavuga rumwe na reta y'Uburundi, Agathon Rwasa, yahoze arongoye umugambwe CNL aratubbwira ingene umugambwe wiwe wagiye ucikamwo ibice uhindura n'amazina, anishure abamunegura bavuga ko ashaka misi yose ko ari we aba mu kibanza c'imbere.
Ukraine: Umwana ari muri batatu bishwe mu bitero vya misire vy'Uburusiya hafi y'umugwa mukuru Kyiv
Mu masaha ya kare yo kuri uyu wa gatandatu, Uburusiya bwarashe ibisasu vya misire hafi y’umugwa mukuru wa Ukraine, inyuma y’imisi mikeyi ibindi bitero vyabereye hirya no hino muri Ukraine bihitanye abantu 21.
Abagore babwiye BBC inkuru zibabaje z'ifatwa ku ngufu n'ihohoterwa mu ishuri rya gisirikare ry'ingimbi mu Bwongereza
Bavuga ko ibyo bikorwa byabereye mu Ishuri rya Gisirikare rya Army Foundation College riherereye i Harrogate, igihe bari bafite imyaka 17.
'Kuki tutakumva konseri nkirisitu, Rock nkirisitu?' Kiliziya Gatolika mu Rwanda ivuga ko yiteguye kujyana n'ibihe
Musenyeri Balthazar Ntivuguruzwa avuga ko Kiliziya Gatolika yumva amajwi y'urubyiruko rusaba impinduka kandi ko ikora ibishoboka ngo iki gice cyitabweho.
CICR yemeje ko RD Congo yarekuye imfungwa 15 za M23 mu ihererekanya rya mbere ikoze
Ni igikorwa kirimo kubonwa nk'intambwe ikomeye yo kubaka icyizere mu bikorwa bigamije guhosha ubushyamirane mu burasirazuba bwa DR Congo.
Trump: Umuhora wa Hormuz urafunguye, ariko Irani ishobora kugaba ibitero cyangwa gutera ibisasu mu nyanja
Perezida wa Amerika, Donald Trump, yongeye kuvuga ku wa kane ko yizera ko inzira ya Hormuz "ifunguye ku rugero runaka," ariko ntatangaza amasezerano yo gufungura uwo muhora burundu.
Menya inzego zizatanga akazi kenshi mu 2030
Nk'uko bigaragara muri Raporo y'Ihuriro ry'Ubukungu bw'Isi (WEF) y'ejo hazaza h'akazi 2025, yasohotse muri Mutarama 2025, impinduka nyinshi mu bukungu, ikoranabuhanga n'imibereho y'abaturage ziteganijwe gutuma habaho imirimo mishya igera kuri miliyoni 170 ku isi mu 2030, mu gihe imirimo imwe n'imwe isanzwe ibura.
Ethiopia: Umwanditsi mukuru w'urubuga rw'amakuru rwigenga yafashwe na polisi – bivugwa na nyirarwo
Imiryango y'uburenganzira ivuga ko ibi biri muri gahunda imaze igihe kirekire yo kwibasira ibitangazamakuru – leta nta cyo irabitangazaho.
Amara: Ni gute 'ubwonko bwa kabiri bw'umubiri' bugira uruhare mu buzima bwacu?
yo tuvuze ku ngingo z'ingenzi z'umubiri w'umuntu, dukunze kuvuga ku ngingo nk'umutima, ubwonko, ibihaha n'umwijima. Ariko abahanga muri siyanse ubu bibanda cyane cyane ku gice cy'umubiri kitari cyatekerejweho cyane: ubuzima bw'amara.
Rihanna ari muri 'studio' - Umukunzi wiwe A$AP Rocky
Uwo muririmvyi aheruka gusohora album yuzuye mu 2016, ubu ari muri studio ategura urukurikirane rushasha.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Ikiganiro na Prezida Ndayishimiye: 'Umwavu… igitoro … ubushomeri… umubano n'Urwanda' – Bimwe mu bibazo yishuye
Inyuma y'imyaka itandatu ari ku butegetsi mu Burundi, Prezida Evariste Ndayishimiye avuga ko ubu ibintu biriko biraja mu buryo n'aho hari imyidogo myinshi yerekeye ubukene mu banyagihugu.
Amajwi, Menya ibintu birindwi ihuriro riyobowe na Kabila risaba kugira ngo rizitabire ibiganiro by'Abanye-Congo , Umwanya bimara 5,01
Muri Repubulika ya Demokarasi ya Congo (RDC), ihuriro riyobowe na Joseph Kabila Sovons le Congo, ryatangaje BBC Gahuzamiryango icyo risaba mbere yo kwemera ibiganiro by'igihugu bizayoborwa na President Felix Tshisekedi.
Igituma Uganda iriko iratsinda urugamba rwa Ebola mu gihe muri RDC ibandanya kurandagata
Uganda yasohoye mu bitaro umurwayi wa nyuma wa Ebola haraciye indwi zibiri.
Uko igikoresho cyanjye gikurikirana ubuzima cyamenye ko nari ntwite mbere y'uko mbimenya
Ravika ni umwe mu bagore babarirwa mu magana barimo kubona ibimenyetso by'ibanze bigaragaza ko batwite, bakabibona binyuze mu makuru bakura ku bikoresho by'ikoranabuhanga bikurikirana ubuzima bwabo (fitness trackers).
Ese umwana wawe ahora kuri telefone? Ntibiguhangayikishe – Dore uburyo butanu bwo kubihagarika
Inzobere mu burere bw'abana zigaragaza inama zafasha ababyeyi kugabanya igihe abana bamara kuri telefone.
Ibisagara 10 vya mbere kw'isi biryoshe kubamwo mu 2026
Mu gutegura urwo rutonde, ikinyamakuru The Economist cisunga ibintu bitandukanye harimwo umutekano n'ituze, amagara y'abantu, imico n'akaranga, isuku, ikirere n'ibidukikije, indero, hamwe n'ibikorwa remezo bihari.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































