Bakhmut, umuji wa Ukraine ubujije Uburusiya gufata intara ya Donbas
Yatangajwe
Umuji wa Bakhmut mu buseruko bwa Ukraine ni wo ubu ufatwa nk'ikibanza gikomeye c'urugamba n'Uburusiya.
Bakhmut iramutse ifashwe, Ukraine ivuga yuko vyoha ingoga Uburusiya bwo gufata imiji yo mu ntara ya Donbas.







