Bahatswe guhitanwa n'imodoka bari mu kiganiro ca podcast

Yatangajwe

Iki ni igihe abagabo babiri bariko barategura ikiganiro ca podcast mu bunywero bw'ikawa muri Amerika, bahakwa kwicwa n'imodoka.