Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Sharifa Umubyeyi avuga ko gukora inkweto ari umwuga wamunyuze
Yatangajwe
Sharifa Umubyeyi ni umukobwa ukora inkweto zitandukanye mu kigo gito kiri ku rwego rwa atelier yise Cheka.
Ari mu karere ka Cyicukiro aho akorera mu mujyi wa Kigali, yaganiriye na Yvette Kabatesi wa BBC Gahuzamiryango, kuri uwo mwuga we...