Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Umwamikazi w'umunyu: "Kuki uyu mwuga ari uw'abagabo?"
Yatangajwe
Senegal ni cyo gihugu gitunganya umunyu mwinshi kurusha ibindi mu burengerazuba bwa Afrika (amatoni 400-500,000 ku mwaka).
Naho abagore ari ngirakamaro cyane mu gikorwa cyo kuyora uwo muntu, uwo mwuga ahanini uri mu maboko y'abagabo.
Uyu ni uwashoboye kumena urukuta aba umugore wa mbere akuriye igikorwa cyo gutunganya umunyu. Bamwita "umwamikazi w'umunyu".