Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ku myaka 80 aracabasha kwoga agatsindira imidari
Yatangajwe
Uyu mukecu wo mu Buhinde w'imyaka 80 ni rurangiranwa mu mukino wo kwoga, akaba yipfuza kwesa umuhigo w'isi.
Yatanguye kwoga afise imyaka 60, agahanura abandi kudacika intege mu gukora ico bakunda.