Igikoko kidasanzwe cabonetse mu kiyaga co m’Ubwongereza

Insiguro ya video, Ni igikoko gishobora gushikana 80kg, no kubangamira nk’abantu.
Igikoko kidasanzwe cabonetse mu kiyaga co m’Ubwongereza
Yatangajwe

Iki gikoko gisusa n’ingona yo m’ubwoko bwa ‘alligator’, kizwi muri Amerika, mu bisanzwe.

Ntibiramenyekana uko cashitse m’Ubwongereza, ariko vyikekwa ko coba cahebwe n’uwari agitunze.

Ni igikoko gishobora gushikana 80kg, no kubangamira nk’abantu, iyo cakuze.

Ni igikoko gishobora gushikana 80kg, no kubangamira nk’abantu.
Insiguro y'isanamu, Ni igikoko gishobora gushikana 80kg, no kubangamira nk’abantu.