Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Disc vinyl: James Tang abungabunga ubu buryo bwo kwumviriza umuziki buriko buragaruka cane kw'isoko
Yatangajwe
James Tang, umugabo wo muri Koreya y'epfo w'imyaka 62, akunda cane uburyo bwo kwumviriza umuziki kuri disc vinyl akaba atunze disc nk'izo zishika 20.000.
Ubu buryo kandi buriko buragaruka cane kw'isoko ry'umuziki, bukaba buhurumbirwa na bose, yaba abakuze canke abakiri bato.