Amatora muri US: Joe Biden ni we yatsinze amatora ya Prezida

Yatangajwe

Joe Biden yatsindiye kuba umukuru w'igihugu wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika, atsinda Donald Trump nyuma y'ukurindira kudasanzwe iharurwa ry'amajwi nyuma y'amatora yo ku wa kabiri.

Inkuru y'ido n'ido ni mu kanya...