'Abanyafrika n'aba Islam' batsindiye igikombe c'isi

France's Paul Pogba celebrates with teammates after scoring the third of France's four goals

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Umukinyi w'Ubufaransa Paul Pogba ariko yigina igitsindo mu gikombe c'isi na bagenzi we
Yatangajwe
Igihe co gusoma: iminota 2

Iciyumviro c'abafaransa batsindiye igikombe c'isi mu budasa bwabo cateye impari z'amacakubiri afatiye ku rukoba n'ikibazo c'abimukira ku mbuga ngurukanabumenyi.

Inyuma gato y'aho Ubufaransa butsindiye Croatia ku w'Imana, Khaled Beydoun, umwanditsi w'umunyamerika kuvyerekeye uko aba Islam bankwa, yavuze ko vyari bikwiye ko umugwi ugizwe n'abakinyi batandukanye mu budasa batsinda.

Tambuka X ubutumwa, 1
Uremeye ibiri kuri X?

Iyi nkuru irimwo ivyatanzwe na X. Dukeneye uruhusha rwawe imbere yuko bigushikira, kuko birashobora kuba bikoresha cookies hamwe n'ubundi buhinga. Wobanza ugasoma aha X amategeko agenga cookie n'ayagenga ubuzima bwite imbere yuko wemera. Kugira ubibone hitamwo 'emera hanyuma ubandanye'.

Uragaba: Ibitangwa n'izindi mbuga bishobora kubamwo gutangaza

Impera ya X ubutumwa, 1

Incuro 163.000 abantu baragize ico babivugako hanyuma abandi 370.000 merekana ko babisomye kuva avyanditse ku musi w'Imana bivuye ku ntsinzi y'Ubufaransa y'ibitego 4-2.

Umugwi w'Ubufaransa ni wo urimwo abakinyi bafise amamuko atandukanye benshi mu yindi migwi yose yari yitavye iryo gihanwa - abakinyi 15 kuri 23 bo muri uwo mugwi nserukiragihugu bafise amamuko muri Afrika, benshi bakaba ari abo mu bihugu vyakolonijwe n'Ubufaransa.

Kylian Mbappe

Ahavuye isanamu, FRANCK FIFE

Insiguro y'isanamu, Kylian Mbappe, umukinyi wa mbere muto inyuma ya Pele yinjije igitego mu gikombe c'isi, afise abavyeyi bava muri Cameroun na Algeria

Abantu benshi ku mbuga ngurukanabumenyi berekanye ko n'aho bafise amamuko muri Afrika, abo bakinyi "ubwa mbere ari abafaransa", mu gihe abandi banebaguye Beydoun kuba yakoresheje inkino mu kurondera amanota muri politike.

Tambuka X ubutumwa, 2
Uremeye ibiri kuri X?

Iyi nkuru irimwo ivyatanzwe na X. Dukeneye uruhusha rwawe imbere yuko bigushikira, kuko birashobora kuba bikoresha cookies hamwe n'ubundi buhinga. Wobanza ugasoma aha X amategeko agenga cookie n'ayagenga ubuzima bwite imbere yuko wemera. Kugira ubibone hitamwo 'emera hanyuma ubandanye'.

Uragaba: Ibitangwa n'izindi mbuga bishobora kubamwo gutangaza

Impera ya X ubutumwa, 2

Benshi bavue ivyo yanditse kuri Twitter bishobora kubangamira imigenderanire y'abadasangiye urukoba mu gihugu bisanzwe bivugwako vyinshi kubera ingorane ziherutse z'abimukira hamwe n'ibitero bitari bike vy'iterabwoba.

Tambuka X ubutumwa, 3
Uremeye ibiri kuri X?

Iyi nkuru irimwo ivyatanzwe na X. Dukeneye uruhusha rwawe imbere yuko bigushikira, kuko birashobora kuba bikoresha cookies hamwe n'ubundi buhinga. Wobanza ugasoma aha X amategeko agenga cookie n'ayagenga ubuzima bwite imbere yuko wemera. Kugira ubibone hitamwo 'emera hanyuma ubandanye'.

Uragaba: Ibitangwa n'izindi mbuga bishobora kubamwo gutangaza

Impera ya X ubutumwa, 3

Tambuka X ubutumwa, 4
Uremeye ibiri kuri X?

Iyi nkuru irimwo ivyatanzwe na X. Dukeneye uruhusha rwawe imbere yuko bigushikira, kuko birashobora kuba bikoresha cookies hamwe n'ubundi buhinga. Wobanza ugasoma aha X amategeko agenga cookie n'ayagenga ubuzima bwite imbere yuko wemera. Kugira ubibone hitamwo 'emera hanyuma ubandanye'.

Uragaba: Ibitangwa n'izindi mbuga bishobora kubamwo gutangaza

Impera ya X ubutumwa, 4

Mu 2016, inyuma y'ibitero vyahitanye abantu benshi i Paris, uwahoze akinira Ubufaransa Louis Saha yavuze ko ubufansa bukiri inyuma y'ibindi bihugu mu kugwanya amacakubiri afatiye ku rukoba.

Ni ubwa kabiri Ubufaransa butsindira igikombe c'isi. Imbere y'uko batwara igikombe co mu 1998 uwari arongoye umugambwe 'bw'aba extreme droite" Jean Marie Le Pen yaratyoje bamwe mu bakinyi harimwo na Zinedine Zidane, yamuka muri Alegeria.

Yavuze ko benshi muri bo ari "abanyamahanga badashobora kuririmba ururirimbo rw'igihugu imbere y'uko urukino rutangura". Muri uyu mwaka harabaye agacerere kagaragara kuri bantu bo muri uwo mugambwe.

Uyu muntu akoresha Twitter yavuze ko yizeye intsinzi y'Ubufaransa ya 2018 ishobora gufasha guhindura inyifato.

Tambuka X ubutumwa, 5
Uremeye ibiri kuri X?

Iyi nkuru irimwo ivyatanzwe na X. Dukeneye uruhusha rwawe imbere yuko bigushikira, kuko birashobora kuba bikoresha cookies hamwe n'ubundi buhinga. Wobanza ugasoma aha X amategeko agenga cookie n'ayagenga ubuzima bwite imbere yuko wemera. Kugira ubibone hitamwo 'emera hanyuma ubandanye'.

Uragaba: Ibitangwa n'izindi mbuga bishobora kubamwo gutangaza

Impera ya X ubutumwa, 5