BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Twiteguye guhangana n'igikangisho' icyo ari cyo cyose kiva muri Irani - OTAN
Umuryango wa OTAN ryavuze ko ryiteguye guhangana n’igikangisho icyo ari cyo cyose cyava muri Irani kandi ko uzafata ingamba zikwiye zo kurinda ibihugu bigize uyu muryango.
Irani na Amerika bigiye kwinjira mu kindi kiringo c'intambara?
Bisa nk’aho impande zompi zagumye ziteza utunyoni kugira umwanya ube uragenda gurtyo buri ruhande ruronke ingene rwemeza urundi ivyo rwipfuza. Ni uruhe ruzokwemera kugira ivyo ruhevye?
Ibisagara 10 bifise abantu benshi kuruta ibindi kw'isi mu 2026
Urubuga rugira ubushakashatsi ku biharuro bijanye n'irwirirana ry'abantu kw'isi hamwe n'ingene ibisagara vyaguka "World Population Review 2026" rwarashize ahabona urutonde rushasha rw'ibisagara bifise abantu benshi kuruta ibindi kw'isi mu mwaka wa 2026.
Zambia: Hakainde Hichilema yatangajwe ko yatsinze amatora ya perezida n'amajwi 60%
Ni amatora yabayemo impaka, aho uwo bari bahanganye cyane Brian Mundubile mbere yari yatangaje ko ari we watsinze.
Perezida Samia na Perezida Tshisekedi baganiriye ku bucuruzi, ishoramari n'umutekano w'akarere
Uru ruzinduko rubaye mu gihe umutekano mu burasirazuba bwa Congo ukomeje kuba ingorabahizi, aho ingamba za dipolomasi zibanda ku gushaka umuti urambye w'amakimbirane.
Uko Uburusiya buriko buragerageza kuduza iterambere rya Koreya ya Ruguru
Imboneshakure Russia 24 yaratunganije ikiganiro kirekire ciswe "Igitangaro ca Koreya: Uko Koreya ya Ruguru iriko iratera imbere n'ubwo ibihugu vyo mu Burengero vyayifatiye ibihano."
Kubera iki abagabo bamwe bamwe bongereza ibihimba vyabo vy'irondoka bikaba binini gusumba?
Abagabo bagiriwe ubwo buhinga, ibihimba vyabo vy’irondoka bishobora kwiyongera ku rugero ruva kuri 10 gushika kuri 20% mu mezi atandatu gushika kuri cenda akurikira, ariko ibintu birashobora no kugenda nabi.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Emwe hariho n'abavuze ko nabataburiye ama 'décret', ariko si vyo – Angeline Ndayishimiye
Mu kiganiro cihariye na BBC Gahuzamiryango, umutambukanyi w'umukuru w'igihugu c'Uburundi, Angeline Ndayishimiye, yarishuye ku bibazo bitandukanye ku migambi yiwe no ku bikunze kumuvugwako bifitaniye isano na politike y'Uburundi.
Ni gute Elon Musk na Jeff Bezos batera inkunga irushanwa ryabo riberekeza mu isanzure?
Mu myaka irenga makumyabiri ishize, abantu babiri mu baherwe bakize cyane ku isi batangiye gukurikirana inzozi zabo zo kohereza abantu mu ngendo z'ubucuruzi bwite mu isanzure. Ariko izo nzozi zahindutse irushanwa hagati y'umuherwe Elon Musk binyuze muri sosiyete ye ya SpaceX n'umuherwe Jeff Bezos.
Burundi: Ivy'impunzi z'abakongomani ziri mw'ikambi ya Busuma bizoherera he?
Izo mpunzi zigera ku bihumbi 50 iyo zibonye umutegetsi nta kindi zimubwira atari uko zipfuza gusubira iwabo muri Repuburika ya Demokarasi ya Kongo (RDC) buno nyene. Ariko, umugambi wo kuzitahukana warakwamye.
Kigali: Abatuye mu kajagari bagiye kubakirwa amazu mashya aho kwimurwa
''Barasabwa kumenyera ubuzima mu gace gashya kazaba gahenze cyane kandi nta cyo binjiza. None se nibamuha gaz yinjira, azashobora gukomeza kuyigurira ?"
Rwanda: Umukuru w'ikigo cy'ubuziranenge bw'ibiribwa n'imiti yatawe muri yombi bijyanye n'inzoga 'zitujuje ubuziranenge'
Prof Emile Bienvenu ni umwe mu bandi bantu barenga 10 bo mu nzego za leta berekanwe i Kigali ku wa kane n'inzego zishinzwe umutekano.
Kugira ibibero binini bishobora gutuma ubaho igihe kirekire?
Ubushakashatsi bwagaragaje ko ibinure byo kubibero no ku matako bishobora kurinda imibiri yacu, kuko uturemangingo tw’ibinure muri utwo duce dufite ubushobozi bwo gufata aside y’ibinure ishobora kwangiza umubiri.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Ibiganiro bya radiyo
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































