Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ibanga ry’aba Tsimane : “Umwana yabaze ingurube ku myaka yanje 100”
Ibanga ry’aba Tsimane : “Umwana yabaze ingurube ku myaka yanje 100”
Yatangajwe
“Imitsi y'umu Tsimane w'imyaka 75 ikora kumwe n'iyo umu USA wa 50”, nk’uko ubushakashatsi bubisigura.
Bimwe mu binyegezwa ni uko m'ubuzima bwabo harimwo ibikorwa bisaba inguvu.
Nta nzoga zambiye, n’abanywa itabi atari benshi.
Ariko aho baba, hafise izindi ntambamyi.
Bazoshobora kurambana imiriro y’amashamba n’ingaruka yayo?