Ibanga ry’aba Tsimane : “Umwana yabaze ingurube ku myaka yanje 100”

Insiguro ya video, “Imitsi y'umu Tsimane w'imyaka 75 ikora kumwe n'iyo umu USA wa 50”.
Ibanga ry’aba Tsimane : “Umwana yabaze ingurube ku myaka yanje 100”
Yatangajwe

“Imitsi y'umu Tsimane w'imyaka 75 ikora kumwe n'iyo umu USA wa 50”, nk’uko ubushakashatsi bubisigura.

Bimwe mu binyegezwa ni uko m'ubuzima bwabo harimwo ibikorwa bisaba inguvu.

Nta nzoga zambiye, n’abanywa itabi atari benshi.

Ariko aho baba, hafise izindi ntambamyi.

Bazoshobora kurambana imiriro y’amashamba n’ingaruka yayo?

“Imitsi y'umu Tsimane w'imyaka 75 ikora kumwe n'iyo umu USA wa 50”.
Insiguro y'isanamu, “Imitsi y'umu Tsimane w'imyaka 75 ikora kumwe n'iyo umu USA wa 50”.