Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Uganda: uko inguge zo mu misozi zitabarwa
Uganda: uko inguge zo mu misozi zitabarwa
Yatangajwe
Ni igikorwa ubu kivugwamwo cane Dr Gladys Kalema-Zikusoka.
Ni umugore wa mbere w’umuganga w’ibikoko vyo mu gahinga.
Yanatowe mu bagore 100 mw’isi, m’umugambi BBC100Women.
Ishirahamwe yashinze muri Uganda rifasha abavuzi kuzikingira, no gukinga ingwara zandukira hagati y’abantu n’ibikoko.
Yizera ko n’abandi bagore bazomwigirako mu bikorwa nk’ivyo.