Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kenya: inyuma y’imyuzure, amashule yuguruwe bisa gute?
Kenya: inyuma y’imyuzure, amashule yuguruwe bisa gute?
Yatangajwe
Barack Obama, umunyeshule muri Kenya ati: “Nononewe vyose, umwambaro, ibitabo, ibirato, n’ibindi vy’ishule”.
N’abigisha basaba gushigikirwa no gufashwa mu vyo inyifato kuko imyuzure yahitanye vyinshi.
Ubwoba bwiyongereye ni uko boterwa n’ingwara ziva ku myanda, kuko n’ubwiherero bwononekaye.