Aba bagore b’aba vumbi ntibatinya!

Aba bagore b’aba vumbi ntibatinya!
Yatangajwe

Ibaze kwimura inzuki ibihumbi, mu modoka!

Megha Samadhi, ni umugore wo muri Sri Lanka, akingira ibidukikije.

Mu gihe ONU ivuga ko inzuki ari ikinyabuzima kibangamiwe, Megha azikingira mu kwimurira ibitiba vyazo mu bice bitagwiriyemwo imihana.

Ni bumwe m’ubuhinga bigishijwe.