Aba bagore b’aba vumbi ntibatinya!

Insiguro ya video, Megha na bagenzi biwe, bakoresha ubuhinga bize mu gukingira inzuki.
Aba bagore b’aba vumbi ntibatinya!
Yatangajwe

Ibaze kwimura inzuki ibihumbi, mu modoka!

Megha Samadhi, ni umugore wo muri Sri Lanka, akingira ibidukikije.

Mu gihe ONU ivuga ko inzuki ari ikinyabuzima kibangamiwe, Megha azikingira mu kwimurira ibitiba vyazo mu bice bitagwiriyemwo imihana.

Ni bumwe m’ubuhinga bigishijwe.

Megha na bagenzi biwe bo muri Sri Lanka, bakoresha ubuhinga bize mu gukingira inzuki.
Insiguro y'isanamu, Megha na bagenzi biwe, bakoresha ubuhinga bize mu gukingira inzuki.