Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Trump na Harris: bimwe mu bikuru mu kiganiro kidasanzwe
Trump na Harris: bimwe mu bikuru mu kiganiro kidasanzwe
Yatangajwe
I Philadelphia, bwabaye ubwa mbere Donald Trump na Kamala Harris bahura, ‘bagaharira’.
Mu guharira kudasanzwe kw’uwahoze atwara USA n’uwuri icegera ca Perezida w’ico gihugu, haragiyemwo no guterana amajambo.
Muri ico kiganiro ca ABC News, aba bitoza baravuze ivyo ubutunzi bw’igihugu, ivyo abimukira, n’ikibazo co gukorora inda.