Trump na Harris: bimwe mu bikuru mu kiganiro kidasanzwe

Insiguro ya video, Aba bitoza baravuze ivyo ubutunzi bw’igihugu, ivyo abimukira, n’ikibazo co gukorora inda.
Trump na Harris: bimwe mu bikuru mu kiganiro kidasanzwe
Yatangajwe

I Philadelphia, bwabaye ubwa mbere Donald Trump na Kamala Harris bahura, ‘bagaharira’.

Mu guharira kudasanzwe kw’uwahoze atwara USA n’uwuri icegera ca Perezida w’ico gihugu, haragiyemwo no guterana amajambo.

Muri ico kiganiro ca ABC News, aba bitoza baravuze ivyo ubutunzi bw’igihugu, ivyo abimukira, n’ikibazo co gukorora inda.

Donald Trump na Kamala Harris bitoza muri USA, baravuze ivyo ubutunzi bw’igihugu, ivyo abimukira, n’ikibazo co gukorora inda.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Donald Trump na Kamala Harris bitoza, baravuze ivyo ubutunzi bw’igihugu, ivyo abimukira, n’ikibazo co gukorora inda.