Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kenya: batanguye gukoresha uburozi mu kwica ibikona
Kenya: batanguye gukoresha uburozi mu kwica ibikona
Yatangajwe
Ibikona ubu biharurwa mu ma miliyoni mu miji itandukanye yo muri Kenya, iri ku kiyaga.
Igikona ni inyoni izwi ko iciye ubwenge, harimwo no kwiba utwo abarengana, canke mu ngo z’abantu.
Iyindi ngorane ni umubano mubi wavyo ku zindi nyoni: bizisamburira ivyari, bikazirira amagi.
Uburongozi bwa Kenya bwahisemwo uburyo bwo kuzigabanya, bavyocisha uburozi.