Kenya: batanguye gukoresha uburozi mu kwica ibikona

Insiguro ya video, Ibikona vyinjijwe Kenya bicishijwe muri Zanzibar - 1890s, aho vyahiga bikarya ibiziga.
Kenya: batanguye gukoresha uburozi mu kwica ibikona
Yatangajwe

Ibikona ubu biharurwa mu ma miliyoni mu miji itandukanye yo muri Kenya, iri ku kiyaga.

Igikona ni inyoni izwi ko iciye ubwenge, harimwo no kwiba utwo abarengana, canke mu ngo z’abantu.

Iyindi ngorane ni umubano mubi wavyo ku zindi nyoni: bizisamburira ivyari, bikazirira amagi.

Uburongozi bwa Kenya bwahisemwo uburyo bwo kuzigabanya, bavyocisha uburozi.

Ibikona vyinjijwe Kenya bicishijwe muri Zanzibar - 1890s, aho vyahiga bikarya ibiziga.
Insiguro y'isanamu, Ibikona vyinjijwe Kenya bicishijwe muri Zanzibar - 1890s, aho vyahiga bikarya ibiziga.