War’uzi ivy’uruhigi rw’ubumara bw’inkara?

War’uzi ivy’uruhigi rw’ubumara bw’inkara?
Yatangajwe

Ubumara buri mu nkara butuma ziyagayaga, k’umuco.

Iritiro rimwe ry'ubwo bumara rishobora kudandazwa imiliyoni z'ama $.

Inkara iri m’ubwoko bw’akanyabuyugi, ikagira umurizo ikoresha mu kwivuna no gukomora.

Kubera n’inkozi z’ibibi zihiga utwo dukoko kubera ubwo bumara, Leta ya Pakistan yarabujije urwo ruhigi, kiretse ku bashakashatsi bazitohozako nk’umuti wa cancer.