War’uzi ivy’uruhigi rw’ubumara bw’inkara?

Insiguro ya video, Leta ya Pakistan yarabujije uruhigi rw'inkara, kiretse ku bashakashatsi.
War’uzi ivy’uruhigi rw’ubumara bw’inkara?
Yatangajwe

Ubumara buri mu nkara butuma ziyagayaga, k’umuco.

Iritiro rimwe ry'ubwo bumara rishobora kudandazwa imiliyoni z'ama $.

Inkara iri m’ubwoko bw’akanyabuyugi, ikagira umurizo ikoresha mu kwivuna no gukomora.

Kubera n’inkozi z’ibibi zihiga utwo dukoko kubera ubwo bumara, Leta ya Pakistan yarabujije urwo ruhigi, kiretse ku bashakashatsi bazitohozako nk’umuti wa cancer.

Leta ya Pakistan yarabujije uruhigi rw'inkara, kiretse ku bashakashatsi.
Insiguro y'isanamu, Leta ya Pakistan yarabujije uruhigi rw'inkara, kiretse ku bashakashatsi.