Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
“Tworandura ukurongoza abana b’abakobwa, mu kiringo kiri munsi y’imyaka 25"
“Tworandura ukurongoza abana b’abakobwa, mu kiringo kiri munsi y’imyaka 25"
Yatangajwe
Mw’isi, umwana w’umukorwa ararongorwa ataragera, uko isekonda 3 ziheze.
Michelle Obama, Amal Clooney na Melinda French Gates bahagurukiye icaha c’abakobwa barongorwa bataragera.
Ni mu gihe nko muri Malawi, abakobwa 4 kuri 10 basama inda batarakwiza imyaka 18.
Abo bagore rurangiranwa bagize urunani, nk’uko babisiguriye igisata BBC100Women.