“Tworandura ukurongoza abana b’abakobwa, mu kiringo kiri munsi y’imyaka 25"

Insiguro ya video, Mw’isi, umwana w’umukobwa arongorwa ataragera, uko ama sekonda 3 aheze. Nivyo barwanya.
“Tworandura ukurongoza abana b’abakobwa, mu kiringo kiri munsi y’imyaka 25"
Yatangajwe

Mw’isi, umwana w’umukorwa ararongorwa ataragera, uko isekonda 3 ziheze.

Michelle Obama, Amal Clooney na Melinda French Gates bahagurukiye icaha c’abakobwa barongorwa bataragera.

Ni mu gihe nko muri Malawi, abakobwa 4 kuri 10 basama inda batarakwiza imyaka 18.

Abo bagore rurangiranwa bagize urunani, nk’uko babisiguriye igisata BBC100Women.

Mw’isi, umwana w’umukobwa arongorwa ataragera, uko ama sekonda 3 aheze. Nivyo barurangiranwa barwanya.
Insiguro y'isanamu, Mw’isi, umwana w’umukobwa arongorwa ataragera, uko ama sekonda 3 aheze. Nivyo barurangiranwa barwanya.