Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Rose: umwe muri ba sekombata ba Afrika m’ubunonotsi yari yihebeye ubuforomakazi
Rose: umwe muri ba sekombata ba Afrika m’ubunonotsi yari yihebeye ubuforomakazi
Yatangajwe
Ku myaka 73, Rose Amankwaah, yamuka muri Ghana iyo yabereye rurangiranwa mu gusiganwa, kuva mu myaka ya 1970s.
Akwije imyaka 22, yimukiye m’Ubwongereza, aho yinjiye m’umwuga w’ubuforomakazi mu bitaro Middlesex.
Yemeza ko, haba m’ubunonotsi canke m’ubuvuzi, “udashobora kuvyuka uvuga ngo, uno munsi sintonda”.