Rose: umwe muri ba sekombata ba Afrika m’ubunonotsi yari yihebeye ubuforomakazi

Insiguro ya video, R. Amankwaah, ava muri Ghana iyo yabereye rurangiranwa mu gusiganwa, mu myaka ya 1970s.
Rose: umwe muri ba sekombata ba Afrika m’ubunonotsi yari yihebeye ubuforomakazi
Yatangajwe

Ku myaka 73, Rose Amankwaah, yamuka muri Ghana iyo yabereye rurangiranwa mu gusiganwa, kuva mu myaka ya 1970s.

Akwije imyaka 22, yimukiye m’Ubwongereza, aho yinjiye m’umwuga w’ubuforomakazi mu bitaro Middlesex.

Yemeza ko, haba m’ubunonotsi canke m’ubuvuzi, “udashobora kuvyuka uvuga ngo, uno munsi sintonda”.

Rose Amankwaah, yamuka muri Ghana iyo yabereye rurangiranwa mu gusiganwa, kuva mu myaka ya 1970s.
Insiguro y'isanamu, Rose Amankwaah, yamuka muri Ghana iyo yabereye rurangiranwa mu gusiganwa, kuva mu myaka ya 1970s.