Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Tanzania: kurondeza aborokorwa, gutabara no gufubana iteka abapfuye
Tanzania: kurondeza aborokorwa, gutabara no gufubana iteka abapfuye
Yatangajwe
Inyuma y’uko inyubakwa zine z’ububiko, harimwo amagorofa, zitembagariye, kurondera aboba bagihema mu bihomoka birabandanya.
Aho I Dar es Salaam, n’imiburiburi 16 baramaze gutorwa barapfuye, abarenga 80 bararokorwa.
Kassim Majaliwa avuga ko inzego z’umutekano ziri imbere mu bagerageza gutabara, kandi ko bazobandanya gushika uwanyuma arokowe.