Tanzania: kurondeza aborokorwa, gutabara no gufubana iteka abapfuye

Insiguro ya video, Iryo sanganya ry'inzu zatembagaye i Dar es Salaam, ryabaye uwa 16 - 11 - 2024.
Tanzania: kurondeza aborokorwa, gutabara no gufubana iteka abapfuye
Yatangajwe

Inyuma y’uko inyubakwa zine z’ububiko, harimwo amagorofa, zitembagariye, kurondera aboba bagihema mu bihomoka birabandanya.

Aho I Dar es Salaam, n’imiburiburi 16 baramaze gutorwa barapfuye, abarenga 80 bararokorwa.

Kassim Majaliwa avuga ko inzego z’umutekano ziri imbere mu bagerageza gutabara, kandi ko bazobandanya gushika uwanyuma arokowe.

Iryo sanganya ry'inzu zatembagaye i Dar es Salaam, ryabaye uwa 16 - 11 - 2024.
Insiguro y'isanamu, Iryo sanganya ry'inzu zatembagaye i Dar es Salaam, ryabaye uwa 16 - 11 - 2024.